1 Samweli 8:19, 20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Ariko abantu banka kwumviriza Samweli, bavuga bati: «Ntaco, twishakira umwami nta kindi. 20 Tuzoheza tube nk’ayandi mahanga yose. Umwami wacu azoducira imanza, atuje imbere, aturwanire.»
19 Ariko abantu banka kwumviriza Samweli, bavuga bati: «Ntaco, twishakira umwami nta kindi. 20 Tuzoheza tube nk’ayandi mahanga yose. Umwami wacu azoducira imanza, atuje imbere, aturwanire.»