4 Mu nyuma abashingantahe bo muri Isirayeli bose bakoranira hamwe, baza kuraba Samweli i Rama. 5 Bamubwira bati: «Ehe raba washaje, kandi abahungu bawe ntibakurikiye akarorero kawe. Nugene rero umwami azoducira imanza nk’uko biri mu yandi mahanga yose+.»