ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 12:25
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 25 Mugabo nimwaguma mukora ikibi nkana, mwebwe n’umwami wanyu+ muzozimanganywa+.»

  • 2 Abami 17:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Ariko umwami wa Ashuri amenya ko Hosheya yariko ategura umugambi mubi. Nkako, hari intumwa Hosheya yari yarungitse gutabaza ku mwami wa Misiri yitwa So+, kandi ntiyari akirungikira ikori umwami wa Ashuri nko mu myaka y’imbere y’aho. Umwami wa Ashuri ni kwo guca amuta mw’ibohero, amugumizayo aboshe.

  • Yeremiya 52:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Maze umwami wa Babiloni afata Zedekiya amugira impumyi+. Hanyuma amubohesha amapingu y’umujumpu amujana i Babiloni, amushira mw’ibohero, agumayo gushika apfuye.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika