Yesaya 7:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Kuko umurwa mukuru wa Siriya ari Damasiko,umwami wa Damasiko akaba Rezini. Mu myaka 65 gusa,Abefurayimu bazojanjagurwa, ntibasubire kuba ihanga+.
8 Kuko umurwa mukuru wa Siriya ari Damasiko,umwami wa Damasiko akaba Rezini. Mu myaka 65 gusa,Abefurayimu bazojanjagurwa, ntibasubire kuba ihanga+.