Hoseya 1:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Yehova aca amubwira ati: «Mwite Yezireli*, kuko mu gihe gito nzogira ico mbaza umuryango* wa Yehu+ kubera ubwicanyi bwabereye i Yezireli, kandi nzokuraho ingoma y’inzu ya Isirayeli+. Hoseya 6:8, 9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Gileyadi ni igisagara c’inkozi z’ikibi+,kandi cuzuyemwo ugusesa amaraso+. 9 Abaherezi bameze nk’akagwi k’abambuzi kabundiye umuntu. Bicira abantu kw’ibarabara hafi y’i Shekemu+,kuko inyifato yabo iteye isoni.
4 Yehova aca amubwira ati: «Mwite Yezireli*, kuko mu gihe gito nzogira ico mbaza umuryango* wa Yehu+ kubera ubwicanyi bwabereye i Yezireli, kandi nzokuraho ingoma y’inzu ya Isirayeli+.
8 Gileyadi ni igisagara c’inkozi z’ikibi+,kandi cuzuyemwo ugusesa amaraso+. 9 Abaherezi bameze nk’akagwi k’abambuzi kabundiye umuntu. Bicira abantu kw’ibarabara hafi y’i Shekemu+,kuko inyifato yabo iteye isoni.