Gusubira mu vyagezwe 17:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Umuntu azokwishira hejuru ntiyumvirize uwo muherezi aserukira Yehova Imana yanyu canke uwo mucamanza, ategerezwa gupfa+. Mutegerezwa gukura ikibi muri Isirayeli+.
12 Umuntu azokwishira hejuru ntiyumvirize uwo muherezi aserukira Yehova Imana yanyu canke uwo mucamanza, ategerezwa gupfa+. Mutegerezwa gukura ikibi muri Isirayeli+.