Amosi 3:1, 2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 «Nimwumve ijambo Yehova avuze ku biberekeye yemwe Bisirayeli, ku vyerekeye ihanga ryose nakuye mu Misiri: 2 “Ni mwebwe gusa namenye mu miryango yose yo kw’isi+. Ni co gituma nzobahanira amakosa yanyu yose+.
3 «Nimwumve ijambo Yehova avuze ku biberekeye yemwe Bisirayeli, ku vyerekeye ihanga ryose nakuye mu Misiri: 2 “Ni mwebwe gusa namenye mu miryango yose yo kw’isi+. Ni co gituma nzobahanira amakosa yanyu yose+.