Yesaya 48:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 48 Nimwumvirize ibi, yemwe abakomoka kuri Yakobo,mwebwe mwiyitirira izina rya Isirayeli+mukaba kandi mwavuye mu mazi ya Yuda*,mwebwe murahira izina rya Yehova+mukambaza Imana ya Isirayeli,naho mutabigira mu kuri no mu bugororotsi+. Yeremiya 5:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 N’igihe bavuze ngo: «Ndakurahiye Yehova Imana nzima!», baba bariko barahira ibinyoma+. Ezekiyeli 20:39 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 39 Nayo ku bijanye namwe ga Bisirayeli, Umukama Segaba Yehova avuze ati: “Umwe wese muri mwebwe nagende akorere ibigirwamana vyiwe bisesemye+. Mugabo mu nyuma nimutanyumviriza, ntibizokunda ko mwongera guhumanya izina ryanje ryeranda biciye ku bimazi vyanyu no ku bigirwamana vyanyu bisesemye+.”
48 Nimwumvirize ibi, yemwe abakomoka kuri Yakobo,mwebwe mwiyitirira izina rya Isirayeli+mukaba kandi mwavuye mu mazi ya Yuda*,mwebwe murahira izina rya Yehova+mukambaza Imana ya Isirayeli,naho mutabigira mu kuri no mu bugororotsi+.
39 Nayo ku bijanye namwe ga Bisirayeli, Umukama Segaba Yehova avuze ati: “Umwe wese muri mwebwe nagende akorere ibigirwamana vyiwe bisesemye+. Mugabo mu nyuma nimutanyumviriza, ntibizokunda ko mwongera guhumanya izina ryanje ryeranda biciye ku bimazi vyanyu no ku bigirwamana vyanyu bisesemye+.”