Mika 7:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Amaboko yabo ni karuhariwe mu gukora ikibi+.Umutware aragira ivyo asaba,umucamanza agasaba impera+,umunyacubahiro na we akavuga ivyo yipfuza*+,kandi bakabipfundikira hamwe*.
3 Amaboko yabo ni karuhariwe mu gukora ikibi+.Umutware aragira ivyo asaba,umucamanza agasaba impera+,umunyacubahiro na we akavuga ivyo yipfuza*+,kandi bakabipfundikira hamwe*.