19 Aho ni ho Aroni n’abahungu biwe bazokarabira kandi ni ho bazokwogera ibirenge+. 20 Igihe binjiye mw’ihema ry’ibonaniro canke igihe begereye igicaniro kugira bakore igikorwa cabo no kugira bashikanire Yehova ibimazi biturirwa, bazokaraba n’amazi kugira ntibapfe.