Yoweli 2:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Nzobashumbusha ivyo mwatakaje mu myaka yoseinzige z’amababa, inzige zitagira amababa, inzige zitema zigatongora n’inzige zikegeta zamaze zirya ibiterwa vyanyu,za ngabo zanje zikomeye narungika kubatera+.
25 Nzobashumbusha ivyo mwatakaje mu myaka yoseinzige z’amababa, inzige zitagira amababa, inzige zitema zigatongora n’inzige zikegeta zamaze zirya ibiterwa vyanyu,za ngabo zanje zikomeye narungika kubatera+.