2 Abami 16:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Nuko umwami wa Ashuri yemera ivyo amusavye, maze aja i Damasiko arahafata. Abantu baho abajana mu bunyagano i Kiri+, Rezini na we aramwica+.
9 Nuko umwami wa Ashuri yemera ivyo amusavye, maze aja i Damasiko arahafata. Abantu baho abajana mu bunyagano i Kiri+, Rezini na we aramwica+.