Abalewi 26:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Nzobashwiragiza mu mahanga+ kandi nzosokora inkota yanje ndabakinagize+. Igihugu canyu kizocika umusaka+, ibisagara vyanyu na vyo bisigare ari ibihomvagurike. Gusubira mu vyagezwe 28:64 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 64 Yehova azobashwiragiza mu mahanga yose, kuva ku mpera imwe y’isi gushika ku yindi+. Muri ayo mahanga muzokorera imana z’ibiti n’amabuye, imana mwe na ba sokuruza banyu mutigeze mumenya+.
33 Nzobashwiragiza mu mahanga+ kandi nzosokora inkota yanje ndabakinagize+. Igihugu canyu kizocika umusaka+, ibisagara vyanyu na vyo bisigare ari ibihomvagurike.
64 Yehova azobashwiragiza mu mahanga yose, kuva ku mpera imwe y’isi gushika ku yindi+. Muri ayo mahanga muzokorera imana z’ibiti n’amabuye, imana mwe na ba sokuruza banyu mutigeze mumenya+.