ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 24:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Azokwigarurira Edomu+,

      egome, Seyiri+ hazokwigarurirwa n’abansi baho+,

      mu gihe Isirayeli azoba ariko yerekana ubutwari bwiwe.

  • Yesaya 11:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Bazoshwara imimanuko* y’akarere k’Abafilisitiya amaja mu burengero,

      bafadikanye mu gusahura abo mu buseruko.

      Bazokwigarurira* Edomu+ na Mowabu+,

      kandi bazoganza Abamoni+.

  • Obadiya 18, 19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Abakomoka kuri Yakobo bazoba umuriro,

      abakomoka kuri Yozefu babe urubeya,

      abakomoka kuri Esawu na bo babe nk’ibishakara.

      Bazobaturira babaherengeteze.

      Nta wuzorokoka mu bakomoka kuri Esawu+,

      kuko Yehova ubwiwe abivuze.

      19 Bazokwigarurira akarere ka Negebu, akarere k’imisozi ka Esawu+,

      aka Shefela, n’igihugu c’Abafilisitiya+.

      Bazokwigarurira akarere ka Efurayimu n’aka Samariya+,

      kandi abakomoka kuri Benyamini bazokwigarurira akarere ka Gileyadi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika