Yesaya 35:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Ubugaragwa n’igihugu kigadutse bizokwigina+,kandi ikiyaya c’ubugaragwa kizonezerwa, gishurike nk’amashurwe yitwa habaseleti+. Yesaya 55:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Kuko muzosohoka munezerewe+,mugarukanwe mu mahoro+. Imisozi n’imirambi bizonezerwa bibasanganize akamo k’umunezero+,kandi ibiti vyo mw’ishamba vyose bizokoma amashi+.
35 Ubugaragwa n’igihugu kigadutse bizokwigina+,kandi ikiyaya c’ubugaragwa kizonezerwa, gishurike nk’amashurwe yitwa habaseleti+.
12 Kuko muzosohoka munezerewe+,mugarukanwe mu mahoro+. Imisozi n’imirambi bizonezerwa bibasanganize akamo k’umunezero+,kandi ibiti vyo mw’ishamba vyose bizokoma amashi+.