-
Yesaya 60:21Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
21 Abantu bawe bose bazoba abagororotsi.
Bazokwigarurira igihugu ibihe vyose.
-
-
Ezekiyeli 34:27, 28Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
27 Ibiti vyo mu gahinga bizokwama ivyamwa, isi yimbuke+, intama zibere mu mutekano mu gihugu cazo. Kandi zizomenya vy’ukuri yuko ndi Yehova ninavunagura ibiti baziremetse vyo kwikoreza imizigo*+, nkazirokora nkazikiza abo zari zishumbiye. 28 Ntizizokwongera guhigwa n’amahanga kandi ibikoko vyo mw’ishamba ntibizozirotsa. Zizokwibera mu mutekano, ata n’umwe azitera ubwoba+.
-