ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 3:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Abisirayeli bose, kuva i Dani gushika i Beri-Sheba, bamenya yuko Samweli yari yagenywe kuba umuhanuzi wa Yehova.

  • 1 Abami 17:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Eliya*+ w’i Tishibe yaba mu karere ka Gileyadi+. Igihe kimwe abwira Ahabu ati: «Ndakurahiye Yehova Imana nzima, Imana ya Isirayeli nkorera*, yuko ata rume ruzoboneka canke ngo hagire imvura igwa muri iyi myaka, atari jewe ndabivuze+.»

  • 1 Abami 19:19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Eliya aca ava ng’aho aragenda, asanga Elisha mwene Shafati ariko ararimisha inka. Imbere yiwe hari impfizi 24 zifatanijwe ari zibirizibiri, we akaba yariko ararimisha zibiri za nyuma. Eliya aca amusanga iyo ari, amutererako ya mpuzu* yiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika