-
Guharura 6:3, 4Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
3 ntakwiye kunywa umuvinyu canke izindi nzoga. Ntakwiye kunywa inkarihe y’umuvinyu canke inkarihe y’izindi nzoga+. Ntakwiye kunywa ikinyobwa na kimwe c’inzabibu canke ngo arye inzabibu, zaba ari mbisi canke zumye. 4 Mu misi yose azomara ari Umunaziri ntaze arye ikintu na kimwe gikozwe mu nzabibu, naho zoba inzabibu zikiri mbisi canke ibishishwa vyazo.
-