ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 6:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Imana ibwira Nowa iti: «Nafashe ingingo yo kuzimanganya abantu bose, kuko isi yuzuye ububisha kubera bo. Ngira ndabahonereze hamwe n’isi+.

  • Itanguriro 18:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Maze Yehova avuga ati: «Mbega ngume mpishije Aburahamu ivyo ngira nkore+?

  • Zaburi 25:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Abatinya Yehova ni bo bamubera abagenzi somambike+,

      kandi arabamenyesha isezerano ryiwe+.

  • Yesaya 42:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  9 Raba, ivya mbere vyarangutse.

      Ubu ndabamenyesha bishasha.

      Ndabibabwira imbere y’uko biba+.»

  • Daniyeli 9:22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Aca arampa insobanuro, ambwira ati:

      «Ewe Daniyeli, nzanywe no kukuronsa ugutahura no kugufasha gutegera ibigiye kuba.

  • Ivyahishuwe 1:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 1 Ivyahishuwe* na Yezu Kristu, ivyo Imana yamuhaye+ kugira yereke abashumba bayo+ ibintu bitegerezwa kuba vuba. Yezu yaciye atuma umumarayika wiwe kugira abishikirize umushumba wayo* Yohani+ mu bimenyetso.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika