ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 20:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  9 Naciye mvuga nti: «Sinzosubira kuvuga ivyiwe,

      kandi sinzosubira kuvuga mw’izina ryiwe+.»

      Mugabo mu mutima wanje ijambo ryiwe ryabaye nk’umuriro ururumba, wugaraniwe mu magufa yanje.

      Naruhishijwe no kuwigumizamwo,

      sinashobora kuguma ndawihanganiye+.

  • Amosi 7:14, 15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Amosi yishura Amaziya ati: «Jewe sinari umuhanuzi canke umwana w’umuhanuzi. Ahubwo nari umwungere+, nkitwararika n’ibiti vy’imisukomora n’insukoni zavyo*. 15 Ariko Yehova yarankuye inyuma y’ubusho, maze Yehova ambwira ati: “Genda ubwire ubuhanuzi abantu banje b’Abisirayeli+.”

  • Ivyakozwe 4:19, 20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Mugabo Petero na Yohani babishura bati: «Nimba ari vyiza imbere y’Imana kubumvira aho kwumvira Imana, nimuruce namwe. 20 Ariko twebwe ntidushobora kureka kuvuga ibintu twabonye n’ivyo twumvise+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika