Hoseya 7:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 «Igihe cose ngira nkize Isirayeli,ikosa rya Efurayimu rica rija ahabona+hamwe n’ububisha bwa Samariya+. Kuko ari ababeshi gusa+.Abasuma baramena inzu, utugwi tw’abambuzi tukabundira abantu hanze+. Amosi 4:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 «Nimwumve ibi mwa nka z’i Bashanimuri ku musozi wo muri Samariya+,mwa bagore mugunga abantu batobato+, mugacinyiza abakene,mukabwira abagabo banyu* muti: “Tuzanire ico twinywera!”
7 «Igihe cose ngira nkize Isirayeli,ikosa rya Efurayimu rica rija ahabona+hamwe n’ububisha bwa Samariya+. Kuko ari ababeshi gusa+.Abasuma baramena inzu, utugwi tw’abambuzi tukabundira abantu hanze+.
4 «Nimwumve ibi mwa nka z’i Bashanimuri ku musozi wo muri Samariya+,mwa bagore mugunga abantu batobato+, mugacinyiza abakene,mukabwira abagabo banyu* muti: “Tuzanire ico twinywera!”