Yesaya 8:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 kuko imbere y’uko uwo muhungu amenya kuvuga ngo: “Dawe” na “Mawe”, itunga ry’i Damasiko n’ivyasahuwe i Samariya bizojanwa imbere y’umwami wa Ashuri+.» Amosi 6:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Biryamira ku bitanda vy’amasenge*+, bakigaramira ku ntebe nzizanziza*+bariko barya impfizi z’intama zo mu busho n’inyana* zivyibushe+.
4 kuko imbere y’uko uwo muhungu amenya kuvuga ngo: “Dawe” na “Mawe”, itunga ry’i Damasiko n’ivyasahuwe i Samariya bizojanwa imbere y’umwami wa Ashuri+.»
4 Biryamira ku bitanda vy’amasenge*+, bakigaramira ku ntebe nzizanziza*+bariko barya impfizi z’intama zo mu busho n’inyana* zivyibushe+.