Amosi 6:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 «Baragowe abantu b’i Siyoni biyizigira*,bakumva bitekaniye ku musozi w’i Samariya+,abantu bakomakomeye bo mw’ihanga rihambaye kuruta ayandi,barya inzu ya Isirayeli yitura.
6 «Baragowe abantu b’i Siyoni biyizigira*,bakumva bitekaniye ku musozi w’i Samariya+,abantu bakomakomeye bo mw’ihanga rihambaye kuruta ayandi,barya inzu ya Isirayeli yitura.