ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 26:23
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 23 Ariko n’ivyo nibitatuma mwemera ko ndabakosora+, mukaguma mundwanya,

  • Abalewi 26:25
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 25 Nzobihora nkoresheje inkota kubera mwarenze kw’isezerano twagiraniye+. Nimwahungira mu bisagara vyanyu, nzobarungikamwo indwara+ kandi nzotuma abansi banyu babatsinda+.

  • 2 Abami 8:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Hazayeli aca amubaza ati: «Urizwa n’iki ga databuja?» Na we amwishura ati: «Kubera nzi ikibi uzokorera Abisirayeli+. Ibibanza vyabo bikingijwe ibihome uzobiha umuriro, abagabo b’intwari ubicishe inkota, abana ubasavye, abagore bibungenze na bo ubapasure inda*+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika