2 Abami 13:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Yehowahazi yari asigaranye gusa ingabo zigizwe n’abasoda 50 barwanira ku mafarasi, imikogote 10 n’abasoda 10.000 barwanira hasi. Abandi bose umwami wa Siriya yari yarabahoneje+, abahonyanga nk’umukungugu bahonyanga igihe bakubita intete+.
7 Yehowahazi yari asigaranye gusa ingabo zigizwe n’abasoda 50 barwanira ku mafarasi, imikogote 10 n’abasoda 10.000 barwanira hasi. Abandi bose umwami wa Siriya yari yarabahoneje+, abahonyanga nk’umukungugu bahonyanga igihe bakubita intete+.