2 Samweli 22:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Isi yaciye itangura kunyiganga no gutigita+,imishinge y’ijuru irajugumira+,iguma itigita kubera bari bashavuje Imana+. Zaburi 68:7, 8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Ewe Mana, igihe wayobora* abantu bawe+,igihe waca mu bugaragwa, (Sela*) 8 isi yaranyiganyize+,ijuru na ryo rirekura imvura* kubera Imana.Uyu musozi Sinayi waratigise kubera Imana, Imana ya Isirayeli+.
8 Isi yaciye itangura kunyiganga no gutigita+,imishinge y’ijuru irajugumira+,iguma itigita kubera bari bashavuje Imana+.
7 Ewe Mana, igihe wayobora* abantu bawe+,igihe waca mu bugaragwa, (Sela*) 8 isi yaranyiganyize+,ijuru na ryo rirekura imvura* kubera Imana.Uyu musozi Sinayi waratigise kubera Imana, Imana ya Isirayeli+.