Gusubira mu vyagezwe 32:35 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Uguhōra n’uguhana ni ivyanje+.Igihe nicagera, ukuguru kwabo kuzonyerera+,kuko umusi w’ivyago vyabo uri hafi,kandi ibibarindiriye ntibizoteba.” Gusubira mu vyagezwe 32:41 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 41 ninakarisha inkota yanje ica ibibatsi,ukuboko kwanje kukitegurira gushitsa imanza+,nzokwihora abansi banje+,nsubirize mu nkoko abanyanka. Yesaya 59:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Azobahembera ivyo bakoze+: abamurwanya azobahemba uburake, abansi biwe abahane+. Amazinga azoyaha ivyo akwiriye.
35 Uguhōra n’uguhana ni ivyanje+.Igihe nicagera, ukuguru kwabo kuzonyerera+,kuko umusi w’ivyago vyabo uri hafi,kandi ibibarindiriye ntibizoteba.”
41 ninakarisha inkota yanje ica ibibatsi,ukuboko kwanje kukitegurira gushitsa imanza+,nzokwihora abansi banje+,nsubirize mu nkoko abanyanka.
18 Azobahembera ivyo bakoze+: abamurwanya azobahemba uburake, abansi biwe abahane+. Amazinga azoyaha ivyo akwiriye.