Guharura 14:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 “Ndi Yehova, Imana iteba gushavura kandi yuzuye urukundo*+. Ndababarira ikosa n’ikigabitanyo mugabo sinigera ndeka guhana uwagirwa n’icaha. Mpana abana kubera ikosa rya ba se, gushika ku runganwe* rugira gatatu no ku rugira kane+.”
18 “Ndi Yehova, Imana iteba gushavura kandi yuzuye urukundo*+. Ndababarira ikosa n’ikigabitanyo mugabo sinigera ndeka guhana uwagirwa n’icaha. Mpana abana kubera ikosa rya ba se, gushika ku runganwe* rugira gatatu no ku rugira kane+.”