Kuvayo 14:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Aguma akura amapine ku mikogote yabo ku buryo bayitwara vyanka. Abanyamisiri baca bavuga bati: «Duhunge ntitwegere Abisirayeli, kuko Yehova ariko arabarwanira. Ni we ariko araturwanya+.» Kuvayo 23:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Nzotuma abantu bantinya n’imbere y’uko mushika+, kandi amahanga yose mushitsemwo nzotuma aja mu ruhagarara. Nzotuma abansi banyu bose batsindwa, bate bomoke*+.
25 Aguma akura amapine ku mikogote yabo ku buryo bayitwara vyanka. Abanyamisiri baca bavuga bati: «Duhunge ntitwegere Abisirayeli, kuko Yehova ariko arabarwanira. Ni we ariko araturwanya+.»
27 Nzotuma abantu bantinya n’imbere y’uko mushika+, kandi amahanga yose mushitsemwo nzotuma aja mu ruhagarara. Nzotuma abansi banyu bose batsindwa, bate bomoke*+.