ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 114:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 114 Igihe Isirayeli yava mu Misiri+,

      igihe inzu ya Yakobo yava mu bantu bavuga ururimi itazi*,

  • Zaburi 114:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  4 Imisozi yarikinye amatavu nk’impfizi z’intama+,

      imitumba yikina amatavu nk’imyagazi y’intama.

  • Nahumu 1:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  5 Imisozi irajugumira kubera we,

      imirambi na yo igashonga+.

      Isi izohinda agashitsi imbere yiwe.

      Izohinda agashitsi hamwe n’abayibako bose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika