ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abagalatiya 2:15, 16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Twebwe abavutse turi Abayuda, tukaba dutandukanye n’abacumuzi bo mu mahanga, 16 turatahura yuko umuntu atitwa umugororotsi biciye ku bikorwa bisabwa n’amategeko, ahubwo biciye gusa ku kwizera+ Yezu Kristu+. Twarizeye rero Kristu Yezu kugira ngo twitwe abagororotsi biciye ku kwizera Kristu, bidaciye ku bikorwa bisabwa n’amategeko, kuko ata n’umwe* azokwitwa umugororotsi biciye ku bikorwa bisabwa n’amategeko+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika