Itanguriro 17:1, 2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Aburamu amaze imyaka 99, Yehova aramubonekera amubwira ati: «Ndi Imana Mushoboravyose. Gendera imbere yanje kandi werekane ko uri intungane*. 2 Nzoshitsa isezerano riri hagati yanje nawe+, kandi uruvyaro rwawe nzorugwiza cane, cane rwose+.» Itanguriro 17:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Mutegerezwa kugenyerwa*, kandi ico kizoba ikimenyetso c’isezerano riri hagati yanje namwe+.
17 Aburamu amaze imyaka 99, Yehova aramubonekera amubwira ati: «Ndi Imana Mushoboravyose. Gendera imbere yanje kandi werekane ko uri intungane*. 2 Nzoshitsa isezerano riri hagati yanje nawe+, kandi uruvyaro rwawe nzorugwiza cane, cane rwose+.»