Abaheburayo 11:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Kubera ukwizera, igihe Aburahamu+ yahamagarwa, yaragamburutse aragenda, aja ahantu yari guhabwa nk’intoranwa. Yaragiye naho atari azi iyo yariko araja+.
8 Kubera ukwizera, igihe Aburahamu+ yahamagarwa, yaragamburutse aragenda, aja ahantu yari guhabwa nk’intoranwa. Yaragiye naho atari azi iyo yariko araja+.