Abaroma 3:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Nta muntu n’umwe* rero azokwitwa umugororotsi imbere y’Imana biciye ku bikorwa bisabwa n’amategeko+, kuko amategeko ari yo atuma umuntu amenya neza igicumuro+. Abaroma 5:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Amategeko rero yaraje kugira ngo ibicumuro bigwire+. Mugabo aho bimariye kugwira, ubuntu buhebuje bwararushirije kugwira. 2 Abakorinto 3:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Ayo mategeko ashikana ku rupfu kandi yanditswe* ku mabuye+, yazananye ubuninahazwa buhebuje ku buryo Abisirayeli batashobora kwitegereza mu maso ha Musa kubera hasayangana ubuninahazwa+, kandi ubwo buninahazwa bwokuweho.
20 Nta muntu n’umwe* rero azokwitwa umugororotsi imbere y’Imana biciye ku bikorwa bisabwa n’amategeko+, kuko amategeko ari yo atuma umuntu amenya neza igicumuro+.
20 Amategeko rero yaraje kugira ngo ibicumuro bigwire+. Mugabo aho bimariye kugwira, ubuntu buhebuje bwararushirije kugwira.
7 Ayo mategeko ashikana ku rupfu kandi yanditswe* ku mabuye+, yazananye ubuninahazwa buhebuje ku buryo Abisirayeli batashobora kwitegereza mu maso ha Musa kubera hasayangana ubuninahazwa+, kandi ubwo buninahazwa bwokuweho.