Abaroma 3:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Ni nk’ingabire ya gusa+ kubona bariko bitwa abagororotsi bivuye ku buntu bwayo buhebuje*+. Ubwo buntu yabugaragaje mu kubabohora biciye ku ncungu yarishwe na Kristu Yezu+.
24 Ni nk’ingabire ya gusa+ kubona bariko bitwa abagororotsi bivuye ku buntu bwayo buhebuje*+. Ubwo buntu yabugaragaje mu kubabohora biciye ku ncungu yarishwe na Kristu Yezu+.