Abaroma 9:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ni ukuvuga ko abana b’umubiri atari bo bana b’Imana vy’ukuri+, ahubwo abana b’umuhango+ ni bo baharurwa nk’uruvyaro*. Abagalatiya 3:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Vyongeye, ko mwegukira Kristu, muri uruvyaro* rwa Aburahamu vy’ukuri+, ba samuragwa+ b’umuhango yahawe+.
8 Ni ukuvuga ko abana b’umubiri atari bo bana b’Imana vy’ukuri+, ahubwo abana b’umuhango+ ni bo baharurwa nk’uruvyaro*.
29 Vyongeye, ko mwegukira Kristu, muri uruvyaro* rwa Aburahamu vy’ukuri+, ba samuragwa+ b’umuhango yahawe+.