17 Kubera ukwizera, igihe Aburahamu yagezwa+, yabaye nk’aho atanze Izahaki nk’ikimazi. Uwo mugabo yari yarakiranye umunezero ya mihango, yagerageje gutanga umwana wiwe w’ikinege+. 18 Ivyo yabigize naho yari yabwiwe ngo: «Uruvyaro nagusezeraniye ruzoboneka biciye kuri Izahaki+.»