Itanguriro 17:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Aburahamu aca arunama mu maso hashika hasi. Atangura gutwenga, yibwira mu mutima+ ati: «Mbega umutama w’imyaka 100 yoba akivyara, canke Sara umutamakazi w’imyaka 90 yoba acibaruka+?»
17 Aburahamu aca arunama mu maso hashika hasi. Atangura gutwenga, yibwira mu mutima+ ati: «Mbega umutama w’imyaka 100 yoba akivyara, canke Sara umutamakazi w’imyaka 90 yoba acibaruka+?»