ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 18:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Aburahamu na Sara bari bashaje cane+. Sara yari yararenganye igihe co kuvyara*+.

  • Abaheburayo 11:11, 12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Kubera ukwizera nyene, Sara yarashoboye gusama inda* naho yari yararenganye imyaka yavyo+, kuko yabonye ko uwabisezeranye ari umwizigirwa. 12 Ni co gituma biciye ku mugabo umwe yari ameze nk’uwapfuye*+, havutse abana benshi+ nk’inyenyeri zo kw’ijuru kandi badaharurika nk’umusenyi wo ku nkengera y’ikiyaga+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika