Abaroma 15:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Kuko ivyanditswe kera vyose vyanditswe kugira bitwigishe+, ngo tugire icizigiro+ biciye ku kwihangana kwacu+ no ku ruhoza ruva mu Vyanditswe.
4 Kuko ivyanditswe kera vyose vyanditswe kugira bitwigishe+, ngo tugire icizigiro+ biciye ku kwihangana kwacu+ no ku ruhoza ruva mu Vyanditswe.