Ivyakozwe 2:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Ariko Imana yaramuzuye+ imukura mu mibabaro* y’urupfu, kuko bitashoboka ko rumugumya+. Ivyakozwe 13:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Mugabo Imana yaramuzuye mu bapfuye+, 1 Petero 1:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Biciye kuri we, muremera ya Mana+ yamuzura mu bapfuye+ ikamuha ubuninahazwa+, kugira ngo mwizere iyo Mana mwongere muyizigire.
21 Biciye kuri we, muremera ya Mana+ yamuzura mu bapfuye+ ikamuha ubuninahazwa+, kugira ngo mwizere iyo Mana mwongere muyizigire.