Ivyahishuwe 16:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Uwa mbere aca aragenda, asuka ibakure yiwe kw’isi+. Abantu bafise ikimenyetso ca ca gikoko+ n’abasenga ishusho yaco+ baca bafatwa n’ibisebe bibabaza kandi bikaze+.
2 Uwa mbere aca aragenda, asuka ibakure yiwe kw’isi+. Abantu bafise ikimenyetso ca ca gikoko+ n’abasenga ishusho yaco+ baca bafatwa n’ibisebe bibabaza kandi bikaze+.