ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 93
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi: ibirimwo

      • Ubutegetsi bwa Yehova burahambaye

        • «Yehova abaye Umwami!» (1)

        • «Ivyibutswa vyawe ni ivyo kwizigirwa» (5)

Zaburi 93:1

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «isi yimbuka.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 96:10; 97:1; Yes 52:7; Ivh 11:17; 19:6

Zaburi 93:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 145:13
  • +Zb 90:2

Zaburi 93:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 8:1; 76:4
  • +Zb 65:7

Zaburi 93:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «bubereye.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 19:7; 119:111
  • +Ezk 43:12; 1Pt 1:16

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 93:1Zb 96:10; 97:1; Yes 52:7; Ivh 11:17; 19:6
Zab. 93:2Zb 145:13
Zab. 93:2Zb 90:2
Zab. 93:4Zb 8:1; 76:4
Zab. 93:4Zb 65:7
Zab. 93:5Zb 19:7; 119:111
Zab. 93:5Ezk 43:12; 1Pt 1:16
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Zaburi 93:1-5

Zaburi

93 Yehova abaye Umwami+!

Yambaye ubukuru.

Yehova yambaye inkomezi.

Azikenyeye nk’umukaba.

Isi* irashimangiye,

ntishobora kunyiganyizwa.

 2 Intebe yawe y’ubwami yarashimangiwe kuva kera+.

Wamyeho kuva ibihe bidahera+.

 3 Ewe Yehova, inzuzi ziriko zirasuriranya,

ziriko zirasuriranya kandi zigasuma cane.

Inzuzi zibandanya gusuriranya no kubomboranya.

 4 Yehova arahambaye iyo hejuru+.

Ararengeye ugusuriranya kw’amazi menshi,

kandi arakomeye gusumba imipfunda y’ikiyaga isuriranya+.

 5 Ivyibutswa vyawe ni ivyo kwizigirwa cane+.

Ewe Yehova, ubweranda ni bwo bushariza* inzu yawe+ ibihe vyose.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika