Zaburi
114 Igihe Isirayeli yava mu Misiri+,
igihe inzu ya Yakobo yava mu bantu bavuga ururimi itazi*,
2 Yuda yacitse ahantu heranda h’Imana,
Isirayeli na yo icika akarere iganza+.
5 Mbega wahunze iki ga wa kiyaga+?
Kubera iki wasubiye inyuma ga Yorodani+?
6 Mwa misozi, kubera iki mwikinye amatavu nk’impfizi z’intama?
Namwe mitumba, kubera iki mwikinye amatavu nk’imyagazi y’intama?