ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 19
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya: ibirimwo

      • Urubanza rwaciriwe Misiri (1-15)

      • Abanyamisiri bazomenya Yehova (16-25)

        • Igicaniro ca Yehova mu Misiri (19)

Yesaya 19:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 25:17, 19; Ezk 29:2; Yw 3:19
  • +Kv 12:12; Yr 43:12; 46:25; Ezk 30:13

Yesaya 19:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «abagosi.»

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo (Uwuhanuza abapfuye).

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 19:11, 13
  • +Yes 8:19; Ivk 16:16; Ivh 18:23

Yesaya 19:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 20:3, 4; Yr 46:25, 26; Ezk 29:19

Yesaya 19:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 30:12; Zk 10:11

Yesaya 19:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 2:3

Yesaya 19:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 11:10
  • +Ezk 29:10

Yesaya 19:9

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo ni «peshita.» Ni igiterwa camye kirimwa kuva kera. Inyuzi zaco bazikoramwo impuzu.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 9:25, 31; Img 7:16

Yesaya 19:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 78:12; Ezk 30:14
  • +Yes 44:25

Yesaya 19:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 41:8; 1Bm 4:30; Ivk 7:22

Yesaya 19:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «Memfisi.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 46:14; Ezk 30:13

Yesaya 19:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 12:20, 24; Yes 19:3

Yesaya 19:15

Utujambo tw'epfo

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «ishami ry’ikigazi canke irenga.»

Yesaya 19:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 11:15

Yesaya 19:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 20:3, 4; Yr 25:17, 19; 43:10, 11; Ezk 29:6

Yesaya 19:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 43:4, 7; 44:1

Yesaya 19:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2000, rup. 21-22

Yesaya 19:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2000, rup. 21-22

Yesaya 19:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 19:1; Yr 46:13

Yesaya 19:23

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ryagutse.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 11:16; 35:8; 40:3

Yesaya 19:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zk 2:11

Yesaya 19:25

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «intoranwa yanje.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:9; Zb 115:12; Yes 61:9

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 19:1Yr 25:17, 19; Ezk 29:2; Yw 3:19
Yes. 19:1Kv 12:12; Yr 43:12; 46:25; Ezk 30:13
Yes. 19:3Yes 19:11, 13
Yes. 19:3Yes 8:19; Ivk 16:16; Ivh 18:23
Yes. 19:4Yes 20:3, 4; Yr 46:25, 26; Ezk 29:19
Yes. 19:5Ezk 30:12; Zk 10:11
Yes. 19:6Kv 2:3
Yes. 19:7Gus 11:10
Yes. 19:7Ezk 29:10
Yes. 19:9Kv 9:25, 31; Img 7:16
Yes. 19:11Zb 78:12; Ezk 30:14
Yes. 19:11Yes 44:25
Yes. 19:12It 41:8; 1Bm 4:30; Ivk 7:22
Yes. 19:13Yr 46:14; Ezk 30:13
Yes. 19:14Yb 12:20, 24; Yes 19:3
Yes. 19:16Yes 11:15
Yes. 19:17Yes 20:3, 4; Yr 25:17, 19; 43:10, 11; Ezk 29:6
Yes. 19:18Yr 43:4, 7; 44:1
Yes. 19:22Yes 19:1; Yr 46:13
Yes. 19:23Yes 11:16; 35:8; 40:3
Yes. 19:24Zk 2:11
Yes. 19:25Gus 32:9; Zb 115:12; Yes 61:9
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Yesaya 19:1-25

Yesaya

19 Ng’uru urubanza rwaciriwe Misiri+:

Raba! Yehova ariko aza mu Misiri agendera ku gicu kinyaruka.

Imana ata co zimaze za Misiri zizojugumira imbere yiwe+,

umutima w’Abanyamisiri ushongeshwe n’ubwoba.

 2 «Nzotuma Abanyamisiri barwanya Abanyamisiri.

Umwe wese azorwanya mugenziwe,

umwe wese arwanye mwenewabo n’umubanyi wiwe,

igisagara kirwanye ikindi, n’ubwami burwanye ubundi.

 3 Umutima w’Abanyamisiri uzozazanirwa,

imigambi yabo ndayivuruge+.

Bazokwitura imana ata co zimaze,

abapfumu*, abakora ivyo guhanuza abapfuye* na ba rumenyi+.

 4 Nzotuma Misiri itwarwa n’umutware agoye,

iganzwe n’umwami akaze+», ni ko wa Mukama w’ukuri Yehova Nyeningabo avuze.

 5 Amazi y’ikiyaga azokama,

uruzi rugaduke, rwume+.

 6 Inzuzi zizonuka,

imigende y’uruzi Nili rwo mu Misiri ihoke, igaduke.

Amarenga n’urukangaga bizobora+.

 7 Ibiterwa biri hafi y’uruzi Nili, aho rusesera,

n’imirima yose itewemwo imbuto iri iruhande y’uruzi Nili+, bizokwuma+.

Bizogururwa n’umuyaga, ntibibe bikiboneka.

 8 Abarovyi bazoboroga,

abarobesha amagera mu ruzi Nili bacure intimba.

Abaterera insenga mu mazi bazosigara ari inkehwa.

 9 Abakora impuzu mu nyuzi* zitunganijwe neza+

n’abajisha ibitambara vyera bazomaramara.

10 Abantu biwe bakora ivyo kujisha bazojanjagurwa,

abacangero biwe bose bicwe n’intuntu.

11 Abatware b’i Zowani+ ni ibipfu.

Abajanama ba Farawo b’inkerebutsi kuruta abandi bamuhanura ibitagira ubwenge+.

Mushobora gute kubwira Farawo ngo:

«Nkomoka ku bantu b’inkerebutsi,

nkomoka ku bami ba kera»?

12 None ba bantu bawe b’inkerebutsi+ bari hehe?

Nibakubwire rero nimba bazi ico Yehova Nyeningabo yashinze ku vyerekeye Misiri.

13 Abatware b’i Zowani bakoze ivy’ubupfu,

abatware b’i Nofu*+ barahendwa.

Abakuru b’imiryango yo mu Misiri batumye izimira.

14 Yehova yatumye Misiri ibura ico ifata n’ico ireka+.

Indongozi za Misiri zatumye izimira mu vyo ikora vyose,

nk’imborerwa idandabagirana mu vyo yadashwe.

15 Kandi Misiri nta na kimwe izoshobora gukora,

waba umutwe canke umurizo, waba umuvyaro canke urukangaga*.

16 Kuri uwo musi Abanyamisiri bazomera nk’abagore. Bazojugumira baranduke umutima kubera ukuboko guteye ubwoba Yehova Nyeningabo azoba adugije ngo abarwanye+. 17 Kandi igihugu c’Ubuyuda kizotuma Misiri iranduka umutima. Bazokwumva ivyaco bagire ubwoba kubera ingingo Yehova Nyeningabo yabafatiye+.

18 Kuri uwo musi hazoba ibisagara bitanu mu gihugu ca Misiri bivuga ururimi rw’i Kanani+ kandi vyarahiye kuyobokera Yehova Nyeningabo. Igisagara kimwe kizokwitwa igisagara c’ugusenyura.

19 Kuri uwo musi hazoba igicaniro ca Yehova hagati mu gihugu ca Misiri, n’inkingi yo gutera iteka Yehova ku rubibe rwaco. 20 Kizoba ikimenyetso n’ikintu gishingira intahe Yehova Nyeningabo mu gihugu ca Misiri. Bazoririra Yehova kubera ababacinyiza, na we arungike umukiza akomeye, abakize. 21 Yehova azokwimenyekanisha ku Banyamisiri, Abanyamisiri bamenye Yehova kuri uwo musi. Bazoshikana ibimazi n’ingabire, baraganire Yehova indagano kandi bayishitse. 22 Yehova azohana Misiri+, ayihane maze ayivure. Bazogaruka kuri Yehova, na we yumve ugutakamba kwabo, abavure.

23 Kuri uwo musi hazoba ibarabara rikuru*+ riva mu Misiri rija i Ashuri. Abashuri bazoheza baje mu Misiri, Abanyamisiri na bo baje i Ashuri. Kandi Misiri izokorera Imana iri kumwe na Ashuri. 24 Kuri uwo musi Isirayeli izokwifatanya na Misiri na Ashuri+, ibe iya gatatu. Izoba umuhezagiro mw’isi 25 kuko Yehova Nyeningabo azoba yabahezagiye ati: «Hahezagirwe abantu banje, ari bo Misiri, n’igikorwa c’amaboko yanje, ari co Ashuri, be n’ihanga ryanje* Isirayeli+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika