ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 21
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abalewi: ibirimwo

      • Abaherezi bategerezwa kuba beranda (1-9)

      • Umuherezi mukuru ntakwiye kwihumanya (10-15)

      • Abaherezi bategerezwa kuba batagira akanenge ku mubiri (16-24)

Abalewi 21:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 19:14

Abalewi 21:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 14:1
  • +Lw 19:27, 28

Abalewi 21:6

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «umukate.» Ni ukuvuga ibimazi.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 29:44
  • +Lw 18:21; 19:12; 22:32
  • +Yes 52:11; 1Pt 1:15, 16

Abalewi 21:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:29
  • +Gus 24:1; Ezk 44:22

Abalewi 21:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 28:41
  • +Kv 28:36; Lw 11:45; 20:7, 8

Abalewi 21:9

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ahumanije.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 20:14

Abalewi 21:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «muri benewabo.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 8:12
  • +Kv 28:2; 29:29; Lw 16:32
  • +It 37:34; Lw 10:6

Abalewi 21:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 6:7; 19:11, 14

Abalewi 21:12

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ya mavuta yo kurobanuza.» Raba Insiguro y’amajambo (Kurobanura).

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 10:7
  • +Lw 8:12

Abalewi 21:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 44:22

Abalewi 21:15

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «urubuto.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 9:2

Abalewi 21:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «iyaruka.»

Abalewi 21:18

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «uwuhomberanye mu maso.»

Abalewi 21:20

Utujambo tw'epfo

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «umuntu yonze cane.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 23:1

Abalewi 21:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 2:10; 6:14, 16; 24:8, 9; Gh 18:9
  • +Lw 22:10; Gh 18:19

Abalewi 21:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 30:6
  • +Kv 38:1
  • +Kv 25:8
  • +Kv 28:41

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Lew. 21:1Gh 19:14
Lew. 21:5Gus 14:1
Lew. 21:5Lw 19:27, 28
Lew. 21:6Kv 29:44
Lew. 21:6Lw 18:21; 19:12; 22:32
Lew. 21:6Yes 52:11; 1Pt 1:15, 16
Lew. 21:7Lw 19:29
Lew. 21:7Gus 24:1; Ezk 44:22
Lew. 21:8Kv 28:41
Lew. 21:8Kv 28:36; Lw 11:45; 20:7, 8
Lew. 21:9Lw 20:14
Lew. 21:10Lw 8:12
Lew. 21:10Kv 28:2; 29:29; Lw 16:32
Lew. 21:10It 37:34; Lw 10:6
Lew. 21:11Gh 6:7; 19:11, 14
Lew. 21:12Lw 10:7
Lew. 21:12Lw 8:12
Lew. 21:13Ezk 44:22
Lew. 21:15Ezr 9:2
Lew. 21:20Gus 23:1
Lew. 21:22Lw 2:10; 6:14, 16; 24:8, 9; Gh 18:9
Lew. 21:22Lw 22:10; Gh 18:19
Lew. 21:23Kv 30:6
Lew. 21:23Kv 38:1
Lew. 21:23Kv 25:8
Lew. 21:23Kv 28:41
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Abalewi 21:1-24

Abalewi

21 Yehova abandanya kubwira Musa ati: «Bwira abaherezi ari bo bahungu ba Aroni uti: “Ntihaze hagire uwihumanya kubera umuntu wo mw’ihanga ryiwe yapfuye+. 2 Ariko yoshobora kwihumanya kubera incuti ya hafi basangiye amaraso, ni ukuvuga nyina wiwe, se wiwe, umuhungu wiwe, umukobwa wiwe na mwenewabo. 3 Yoshobora no kwihumanya kubera mushikiwe nimba yari akiri isugi, bakaba babana kandi akaba atari bwaje kurongorwa. 4 Ntaze yihumanye kubera umugore w’uwundi mugabo wo mw’ihanga ryiwe. 5 Abaherezi ntibakwiye kwimosha uruhara+ canke kumwa ubwanwa bwabo bwo mu mbavu, canke ngo bikebagure ku mibiri+. 6 Bakwiye kuba beranda imbere y’Imana yabo+. Ntibaze bahumanye izina ry’Imana yabo+, kuko ari bo batanga amashikanwa ya Yehova bashikanisha umuriro, ibifungurwa* vy’Imana yabo. Bategerezwa kuba beranda+. 7 Ntibaze barongore umumaraya+, umugore yahumanijwe canke yahukanye n’umugabo wiwe+, kuko umuherezi ari mweranda imbere y’Imana yiwe. 8 Mukwiye kubona ko ari mweranda+ kuko ari we ashikana ibifungurwa vy’Imana yanyu. Mukwiye kubona ko ari mweranda kuko jewe Yehova uwuriko arabeza ndi mweranda+.

9 Umukobwa w’umuherezi niyihumanya mu gukora ubumaraya, azoba atetereje* se wiwe. Abwirizwa guturirwa+.

10 Umuherezi mukuru mu bandi baherezi*, uwasutswe amavuta ku mutwe+ akimikwa kugira yambare impuzu z’abaherezi+, ntakwiye gufata nabi imishatsi yiwe canke kwitaburirako impuzu ziwe+. 11 Ntakwiye kwegera umuntu n’umwe yapfuye+. Ntaze yihumanye naho yoba ari se wiwe canke nyina wiwe yapfuye. 12 Ntaze ave ahantu heranda h’Imana yiwe kandi ntaze ahahumanye+, kuko ikimenyetso cerekana ko yeguriwe Imana, ya mavuta meranda* y’Imana yiwe+, kiri kuri we. Ndi Yehova.

13 Ategerezwa kurongora umukobwa akiri isugi+. 14 Ntaze arongore umupfakazi, umugore yahukanye, uwahumanijwe canke umumaraya. Akwiye kurongora umukobwa akiri isugi wo mw’ihanga ryiwe. 15 Ntaze ahumanye uruvyaro* rwiwe mw’ihanga ryiwe+, kuko jewe Yehova ndiko ndamweza.”»

16 Yehova abandanya kubwira Musa ati: 17 «Bwira Aroni uti: “Uko urunganwe* rwanyu ruzogenda rurakurikirana, nta mugabo n’umwe afise akanenge wo mu ruvyaro rwawe akwiye kwegera igicaniro ngo ashikane ibifungurwa vy’Imana yiwe. 18 Umuntu wese afise akanenge ntakwiye kwegera igicaniro: impumyi, uwucumbagira, uwufise izuru risadutse*, uwufise amaboko canke amaguru atareha, 19 uwavunitse ukuguru canke ukuboko, 20 uwufise inyonzo, igikuri*, uwufise akanenge ku maso, uwufise uruherehere, uwufise ibihushi canke uwamenetse amatengatwa+. 21 Mu ruvyaro rwa Aroni umuherezi, nta mugabo afise akanenge akwiye kwegera igicaniro ngo ashikanire Yehova amashikanwa bashikanisha umuriro. Ntakwiye kwegera igicaniro ngo ashikane ibifungurwa vy’Imana yiwe kuko afise akanenge. 22 Arashobora kurya ibifungurwa vy’Imana yiwe bivuye ku bintu vyeranda cane+ no ku bintu vyeranda+. 23 Ariko rero ntakwiye kwegera ya rido+ na ca gicaniro+ kuko afise akanenge. Ntakwiye guhumanya ahantu heranda hanje+ kuko ndi Yehova, uwuriko arabeza+.”»

24 Musa araheza abibwira Aroni n’abahungu biwe hamwe n’Abisirayeli bose.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika