ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 124
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi: ibirimwo

      • «Iyaba Yehova atari kumwe natwe»

        • Umutego waracitse natwe duca turafyiruka (7)

        • «Ugutabarwa kwacu kuri mw’izina rya Yehova» (8)

Zaburi 124:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 46:7; Rm 8:31; Heb 13:6

Zaburi 124:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 54:4; 118:6
  • +Zb 3:1; 22:16

Zaburi 124:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 27:2
  • +Zb 56:1

Zaburi 124:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 18:4

Zaburi 124:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 23:26-28; 2Sm 17:21, 22
  • +Zb 25:15; 91:3

Zaburi 124:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 18:10

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 124:1Zb 46:7; Rm 8:31; Heb 13:6
Zab. 124:2Zb 54:4; 118:6
Zab. 124:2Zb 3:1; 22:16
Zab. 124:3Zb 27:2
Zab. 124:3Zb 56:1
Zab. 124:4Zb 18:4
Zab. 124:71Sm 23:26-28; 2Sm 17:21, 22
Zab. 124:7Zb 25:15; 91:3
Zab. 124:8Img 18:10
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Zaburi 124:1-8

Zaburi

Ni indirimbo y’abariko baraduga. Ni zaburi ya Dawidi.

124 «Iyaba Yehova atari kumwe natwe+»,

Isirayeli nisubiremwo iti:

 2 «Iyaba Yehova atari kumwe natwe+,

igihe abansi bacu badutera+,

 3 baba baratumize tubona+,

kuko bari barunguye n’ishavu+.

 4 Amazi aba yaradukukumuye,

uruzi ruba rwaradutwaye+.

 5 Amazi asuriranya aba yaraturengeye.

 6 Yehova nashemezwe,

kuko ataturekeye mu menyo yabo ngo badutabagure.

 7 Tumeze nk’inyoni icorotse

ikava mu mutego w’umuhigi+.

Umutego waracitse,

natwe duca turafyiruka+.

 8 Ugutabarwa kwacu kuri mw’izina rya Yehova+,

Umuremyi w’ijuru n’isi.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika