ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 23
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya: ibirimwo

      • Urubanza rwaciriwe Tiro (1-18)

Yesaya 23:1

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «mwa meri.» Imeri ni ubwato bunini.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 25:17, 22; 47:4; Ezk 26:3; 27:2; Yw 3:4; Am 1:9, 10; Zk 9:3, 4
  • +2Ng 9:21; Ezk 27:25
  • +It 10:2, 4; Yr 2:10; Ezk 27:6

Yesaya 23:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 10:15; Ezk 27:8

Yesaya 23:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «imbuto.»

  • *

    Ni ishami ry’uruzi Nili.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 2:18
  • +Ezk 27:32, 33; 28:4

Yesaya 23:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «abigeme b’isugi.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 47:4

Yesaya 23:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 19:1, 16
  • +Ezk 27:35; 28:19

Yesaya 23:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «catanga ingori.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 28:2

Yesaya 23:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 4:37; Yak 4:6

Yesaya 23:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «imeri.» Imeri ni ubwato bunini.

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «nta kivuko kikiriho.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 23:1; Ezk 26:14, 17

Yesaya 23:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 26:5, 15

Yesaya 23:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 26:13
  • +Ezk 27:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2007, rup. 17

Yesaya 23:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 13:19; Hab 1:6
  • +Yes 10:12; Nah 3:18; Zf 2:13
  • +Ezk 26:8, 9

Yesaya 23:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 23:1

Yesaya 23:15

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «n’imisi y’umwami umwe.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 25:8, 11; 27:3, 6

Yesaya 23:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 60:5

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 23:1Yr 25:17, 22; 47:4; Ezk 26:3; 27:2; Yw 3:4; Am 1:9, 10; Zk 9:3, 4
Yes. 23:12Ng 9:21; Ezk 27:25
Yes. 23:1It 10:2, 4; Yr 2:10; Ezk 27:6
Yes. 23:2It 10:15; Ezk 27:8
Yes. 23:3Yr 2:18
Yes. 23:3Ezk 27:32, 33; 28:4
Yes. 23:4Yr 47:4
Yes. 23:5Yes 19:1, 16
Yes. 23:5Ezk 27:35; 28:19
Yes. 23:8Ezk 28:2
Yes. 23:9Dn 4:37; Yak 4:6
Yes. 23:10Yes 23:1; Ezk 26:14, 17
Yes. 23:11Ezk 26:5, 15
Yes. 23:12Ezk 26:13
Yes. 23:12Ezk 27:6
Yes. 23:13Yes 13:19; Hab 1:6
Yes. 23:13Yes 10:12; Nah 3:18; Zf 2:13
Yes. 23:13Ezk 26:8, 9
Yes. 23:14Yes 23:1
Yes. 23:15Yr 25:8, 11; 27:3, 6
Yes. 23:18Yes 60:5
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Yesaya 23:1-18

Yesaya

23 Ng’ubu ubutumwa bwerekeye Tiro+:

Nimuboroge mwa mato* y’i Tarushishi+

kuko ikivuko catikijwe. Nta wushobora kwinjirayo.

Iyo nkuru bayumvise ivuye mu gihugu ca Kitimu+.

 2 Nimucereze yemwe ababa mu gihugu co ku nkengera y’amazi.

Abadandaza b’i Sidoni+ bajabuka ikiyaga batumye wuzura ubutunzi.

 3 Intete* z’i Shihori*+ n’umwimbu wa Nili, wo nyungu yawe,

vyajabutse amazi menshi

bizana inyungu y’amahanga+.

 4 Maramara Sidoni we, wa gisagara gikomeye cubatswe ku kiyaga,

kubera ko ikiyaga cavuze giti:

«Sinagize ububabare bwo kwibaruka, kandi sinibarutse.

Sinareze abahungu canke abakobwa*+.»

 5 Kurya vyagenze igihe abantu bumva ivyashikiye Misiri+,

ni ko bazogira agahinda nibumva ivyashikiye Tiro+.

 6 Nimujabuke i Tarushishi.

Nimuboroge, yemwe ababa mu gihugu co ku nkengera y’amazi!

 7 Mbega iki ni ca gisagara canyu camye cigina kuva kera, kuva kigitangura kubaho?

Ibirenge vyaco vyahora bigishikana mu bihugu vya kure ngo cibereyo.

 8 Ni nde yafatiye iyo ngingo Tiro,

ca gisagara cagena abategetsi*,

abadandaza baco bakaba bari abatware,

abacuruza baco bakaba bari abantu bubahwa kw’isi yose+?

 9 Yehova Nyeningabo ubwiwe ni we yafashe iyo ngingo,

kugira ngo ahumanye ubwishime Tiro aterwa n’ubwiza bwiwe bwose,

kugira ngo acishe bugufi abo bose bahora bubahwa kw’isi yose+.

10 Jabuka igihugu cawe nk’uruzi Nili, ewe mukobwa w’i Tarushishi!

Nta kibanza co gukoreramwo amato* kikiriho*+.

11 Imana yaramvuye ukuboko hejuru y’ikiyaga.

Yanyiganyije ubwami butandukanye.

Yehova yategetse ko ibibanza bikomeye vy’i Fenisiya bisenyagurwa+.

12 Kandi avuga ati: «Ntuzopfa usubiye kwigina+,

wewe ucinyizwa, mukobwa w’isugi w’i Sidoni.

Haguruka ujabuke ushike i Kitimu+.

Na ho nyene nta karuhuko uzoharonkera.»

13 Raba igihugu c’Abakaludaya+.

Ni bo bahagize ahantu ibikoko vyo mu bugaragwa biba.

Ni abo, si Abashuri+.

Bubatse iminara yo kuhatera,

basenyurira hasi iminara yaho ikomeye+,

hasigara ari ibihomvagurike gusa.

14 Nimuboroge mwa mato y’i Tarushishi,

kuko ikibanza canyu gikomeye gisenyuwe+.

15 Kuri uwo musi Tiro izoca imara imyaka 70+ yaribagiwe, imyaka ingana n’iyo umwami umwe abaho*. Iyo myaka 70 niyahera, Tiro bizoyigendera nk’umumaraya avugwa muri iyi ndirimbo:

16 «Ewe mumaraya yibagiwe, tora inanga uzunguruke igisagara!

Koresha ubuhinga bwawe uyivuze.

Ririmba indirimbo nyinshi

urabe ko bokwibuka.»

17 Imyaka 70 niyahera, Yehova azokwitaho ivya Tiro, isubire guca ingero, ikorane ubumaraya n’ubwami bwose bwo mw’isi. 18 Ariko inyungu Tiro izoronka n’ingero izoca bizocika ikintu ceranda kuri Yehova. Ntibizorundanywa canke ngo bibikwe, kuko ingero yayo izoba iy’ababa imbere ya Yehova, kugira ngo barye bahage, bambare baberwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika