ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 24
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yeremiya: ibirimwo

      • Insukoni nziza n’izindi mbi (1-10)

Yeremiya 24:1

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «Nebukadirezari.» Iyo ni iyindi nyandiko.

  • *

    Yitwa kandi Yehoyakini canke Koniya.

  • *

    Canke «abaganwa.»

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «n’abubatsi b’ibihome bikingira igisagara.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 22:24
  • +2Bm 24:6; 1Ng 3:16
  • +2Bm 24:15, 16; Yr 29:1, 2

Yeremiya 24:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 24:8

Yeremiya 24:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 1:3; Yr 12:15; 25:11; 29:10; Ezk 36:24
  • +Yr 1:10; 30:18; 32:41

Yeremiya 24:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 30:6; Yr 31:33; Ezk 11:19
  • +Yr 30:22; 32:38; Zk 8:8
  • +Yr 29:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2013, rup. 8-9

Yeremiya 24:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «abaganwa.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 29:17
  • +2Bm 25:6, 7; Ezk 12:12, 13
  • +Yr 44:1; 46:13

Yeremiya 24:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 15:4; 34:17
  • +Yr 26:4, 6; 29:22
  • +Gus 28:64; Yr 29:18

Yeremiya 24:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «indwara.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:33; Yr 9:16
  • +Gus 28:59; Yr 15:2; Ezk 7:15

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yer. 24:1Yr 22:24
Yer. 24:12Bm 24:6; 1Ng 3:16
Yer. 24:12Bm 24:15, 16; Yr 29:1, 2
Yer. 24:3Yr 24:8
Yer. 24:6Ezr 1:3; Yr 12:15; 25:11; 29:10; Ezk 36:24
Yer. 24:6Yr 1:10; 30:18; 32:41
Yer. 24:7Gus 30:6; Yr 31:33; Ezk 11:19
Yer. 24:7Yr 30:22; 32:38; Zk 8:8
Yer. 24:7Yr 29:13
Yer. 24:8Yr 29:17
Yer. 24:82Bm 25:6, 7; Ezk 12:12, 13
Yer. 24:8Yr 44:1; 46:13
Yer. 24:9Yr 15:4; 34:17
Yer. 24:9Yr 26:4, 6; 29:22
Yer. 24:9Gus 28:64; Yr 29:18
Yer. 24:10Lw 26:33; Yr 9:16
Yer. 24:10Gus 28:59; Yr 15:2; Ezk 7:15
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Yeremiya 24:1-10

Yeremiya

24 Maze Yehova anyereka ibisimbo bibiri vy’insukoni biteretse imbere y’urusengero rwa Yehova. Hari inyuma y’aho Nebukadinezari* umwami wa Babiloni ajaniye mu bunyagano Yekoniya*+ mwene Yehoyakimu+, umwami w’Ubuyuda, n’abatware* bo mu Buyuda n’abanyamyuga b’abahinga be n’abacuzi*. Yabakuye i Yeruzalemu abajana i Babiloni+. 2 Igisimbo kimwe carimwo insukoni nziza cane, nk’insukoni zeze kare. Mugabo ikindi gisimbo carimwo insukoni mbi cane. Zari mbi ku buryo zitashobora kuribwa.

3 Nuko Yehova ambaza ati: «Ubona iki ga Yeremiya?» Nanje nti: «Insukoni. Insukoni nziza ni nziza cane, mugabo insukoni mbi ni mbi cane. Ni mbi ku buryo zidashobora kuribwa+.»

4 Maze Yehova ambwira ati: 5 «Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze : “Cokimwe n’izo nsukoni nziza, nzoraba ryiza abo mu Buyuda bajanywe mu bunyagano, abo nirukanye aha hantu bakaja mu gihugu c’Abakaludaya. 6 Nzobagumizako ijisho kugira ndabagirire neza, kandi nzobagarukana muri iki gihugu+. Nzobubaka, sinzobasambura. Nzobateragira, sinzobarandura+. 7 Nzotuma bagira umutima wipfuza kumenya jewe, yuko ndi Yehova+. Bazoba abantu banje, nanje mbe Imana yabo+, kuko bazongarukako n’umutima wabo wose+.

8 Mugabo ku bijanye n’izo nsukoni mbi cane ku buryo zidashobora kuribwa+, Yehova avuze ati: ‘Uko bazifata ni ko nzofata Zedekiya+ umwami w’Ubuyuda n’abatware* biwe n’abantu b’i Yeruzalemu barokotse, baba abakiri muri iki gihugu canke abari mu gihugu ca Misiri+. 9 Nzotuma bacika akajoreza imbere y’ubwami bwose bwo kw’isi+ kubera ivyago nzobateza. Nzotuma bacokorwa, babe iciro ry’umugani, akamenyo n’umuvumo+, ahantu hose nzobashwiragiriza+. 10 Nzobarungikamwo inkota+, inzara n’ikiza*+, gushika bahonye mu gihugu nabahaye bo hamwe na ba sekuruza babo.’”»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika