ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 26
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abalewi: ibirimwo

      • Mwirinde gusenga ibigirwamana (1, 2)

      • Imihezagiro iva ku kugamburuka (3-13)

      • Igihano c’ukugambarara (14-46)

Abalewi 26:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:4; Lw 19:4; Ivk 17:29; 1Kr 8:4
  • +Gus 5:8
  • +Gh 33:52
  • +Dn 3:18; 1Kr 10:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 19

Abalewi 26:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «mugatinya.»

Abalewi 26:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 11:13-15; Ums 12:13

Abalewi 26:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:12; Yes 30:23; Ezk 34:26; Yw 2:23
  • +Zb 67:6; 85:12

Abalewi 26:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 25:18

Abalewi 26:6

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «nta nkota izoca mu gihugu canyu.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 22:9; Zb 29:11; Hg 2:9
  • +Mik 4:4

Abalewi 26:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:7; Yos 23:10; Abc 7:15, 16; 15:15, 16; 1Ng 11:20

Abalewi 26:9

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «nzobagirira ubuntu.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:4
  • +Kv 6:4

Abalewi 26:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 25:8; Ezk 37:26; Ivh 21:3

Abalewi 26:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 23:14
  • +Kv 6:7; 2Kr 6:16

Abalewi 26:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «muraramuye imitwe.»

Abalewi 26:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:15

Abalewi 26:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 17:15
  • +Kv 24:7; Gus 31:16; Heb 8:9

Abalewi 26:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:22, 33; Abc 6:3

Abalewi 26:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «nzobashinga igitsure.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:15, 25; Abc 2:14; 1Sm 4:10
  • +Zb 106:41; Int 1:5
  • +Lw 26:36

Abalewi 26:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 11:17; 1Bm 17:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2004, rup. 24

Abalewi 26:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 12:13; Hg 1:6, 10

Abalewi 26:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:24; Yr 15:3
  • +Ezk 5:17
  • +Abc 5:6; Yes 33:8; Zk 7:14

Abalewi 26:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:16; Yr 2:30; 5:3

Abalewi 26:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 24:7
  • +Gus 28:21; Yr 24:10; Am 4:10
  • +Abc 2:14; 1Sm 4:10

Abalewi 26:26

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «inkoni.» Zishobora kuba zari inkoni batungirako imikate mu kuyibika.

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «umukate.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 5:16
  • +Ezk 4:16
  • +Yes 9:20; Mik 6:14; Hg 1:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2004, rup. 24

Abalewi 26:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 21:5

Abalewi 26:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:53; 2Bm 6:29; Yr 19:9; Int 4:10; Ezk 5:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 154-155

Abalewi 26:30

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «ibibanza bitaramutse.» Raba Insiguro y’amajambo (Ibibanza bitaramutse).

  • *

    Ijambo ry’igiheburayo ryakoreshejwe ng’aha, rishobora kuba rifitaniye isano n’ijambo ryerekana akagaye, risobanura «umwanda mukuru.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 34:3; Yes 27:9
  • +1Bm 13:2; 2Bm 23:8, 20; Ezk 6:5
  • +Zb 78:58, 59

Abalewi 26:31

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «akamoto karuhura.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 25:9, 10; 2Ng 36:17; Neh 2:3; Yes 1:7; Yr 4:7

Abalewi 26:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 9:11
  • +Gus 28:37; 29:22-24; Yr 18:16; Int 2:15; Ezk 5:15

Abalewi 26:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 44:11
  • +Yr 9:16; Ezk 12:14
  • +Zk 7:14

Abalewi 26:34

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «kizokwubahiriza isabato.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 36:20, 21

Abalewi 26:36

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 24:6
  • +Lw 26:17; Yes 30:17

Abalewi 26:37

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 7:12; Abc 2:14; Yr 37:10

Abalewi 26:38

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:27; 28:48; Yr 42:17

Abalewi 26:39

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:65
  • +Kv 20:5; Gh 14:18

Abalewi 26:40

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 8:33; Neh 9:2; Ezk 6:9; Dn 9:5
  • +Ezk 36:31

Abalewi 26:41

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «itagenyerewe.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:24
  • +1Bm 8:47; 2Ng 36:20
  • +Gus 30:6; Yr 4:4; Ivk 7:51

Abalewi 26:42

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 28:13
  • +It 26:3
  • +It 12:7; Gus 4:31; Zb 106:45

Abalewi 26:43

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:34; 2Ng 36:20, 21
  • +2Bm 17:15

Abalewi 26:44

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:31; 2Bm 13:23; Neh 9:31
  • +Gus 4:13; Yr 14:21

Abalewi 26:45

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 24:3, 8; Gus 9:9
  • +Ezk 20:9

Abalewi 26:46

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 27:34; Gus 6:1

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Lew. 26:1Kv 20:4; Lw 19:4; Ivk 17:29; 1Kr 8:4
Lew. 26:1Gus 5:8
Lew. 26:1Gh 33:52
Lew. 26:1Dn 3:18; 1Kr 10:14
Lew. 26:3Gus 11:13-15; Ums 12:13
Lew. 26:4Gus 28:12; Yes 30:23; Ezk 34:26; Yw 2:23
Lew. 26:4Zb 67:6; 85:12
Lew. 26:5Lw 25:18
Lew. 26:61Ng 22:9; Zb 29:11; Hg 2:9
Lew. 26:6Mik 4:4
Lew. 26:8Gus 28:7; Yos 23:10; Abc 7:15, 16; 15:15, 16; 1Ng 11:20
Lew. 26:9Gus 28:4
Lew. 26:9Kv 6:4
Lew. 26:11Kv 25:8; Ezk 37:26; Ivh 21:3
Lew. 26:12Gus 23:14
Lew. 26:12Kv 6:7; 2Kr 6:16
Lew. 26:14Gus 28:15
Lew. 26:152Bm 17:15
Lew. 26:15Kv 24:7; Gus 31:16; Heb 8:9
Lew. 26:16Gus 28:22, 33; Abc 6:3
Lew. 26:17Gus 28:15, 25; Abc 2:14; 1Sm 4:10
Lew. 26:17Zb 106:41; Int 1:5
Lew. 26:17Lw 26:36
Lew. 26:19Gus 11:17; 1Bm 17:1
Lew. 26:20Yr 12:13; Hg 1:6, 10
Lew. 26:22Gus 32:24; Yr 15:3
Lew. 26:22Ezk 5:17
Lew. 26:22Abc 5:6; Yes 33:8; Zk 7:14
Lew. 26:23Yes 1:16; Yr 2:30; 5:3
Lew. 26:25Kv 24:7
Lew. 26:25Gus 28:21; Yr 24:10; Am 4:10
Lew. 26:25Abc 2:14; 1Sm 4:10
Lew. 26:26Ezk 5:16
Lew. 26:26Ezk 4:16
Lew. 26:26Yes 9:20; Mik 6:14; Hg 1:6
Lew. 26:28Yr 21:5
Lew. 26:29Gus 28:53; 2Bm 6:29; Yr 19:9; Int 4:10; Ezk 5:10
Lew. 26:302Ng 34:3; Yes 27:9
Lew. 26:301Bm 13:2; 2Bm 23:8, 20; Ezk 6:5
Lew. 26:30Zb 78:58, 59
Lew. 26:312Bm 25:9, 10; 2Ng 36:17; Neh 2:3; Yes 1:7; Yr 4:7
Lew. 26:32Yr 9:11
Lew. 26:32Gus 28:37; 29:22-24; Yr 18:16; Int 2:15; Ezk 5:15
Lew. 26:33Zb 44:11
Lew. 26:33Yr 9:16; Ezk 12:14
Lew. 26:33Zk 7:14
Lew. 26:342Ng 36:20, 21
Lew. 26:36Yes 24:6
Lew. 26:36Lw 26:17; Yes 30:17
Lew. 26:37Yos 7:12; Abc 2:14; Yr 37:10
Lew. 26:38Gus 4:27; 28:48; Yr 42:17
Lew. 26:39Gus 28:65
Lew. 26:39Kv 20:5; Gh 14:18
Lew. 26:401Bm 8:33; Neh 9:2; Ezk 6:9; Dn 9:5
Lew. 26:40Ezk 36:31
Lew. 26:41Lw 26:24
Lew. 26:411Bm 8:47; 2Ng 36:20
Lew. 26:41Gus 30:6; Yr 4:4; Ivk 7:51
Lew. 26:42It 28:13
Lew. 26:42It 26:3
Lew. 26:42It 12:7; Gus 4:31; Zb 106:45
Lew. 26:43Lw 26:34; 2Ng 36:20, 21
Lew. 26:432Bm 17:15
Lew. 26:44Gus 4:31; 2Bm 13:23; Neh 9:31
Lew. 26:44Gus 4:13; Yr 14:21
Lew. 26:45Kv 24:3, 8; Gus 9:9
Lew. 26:45Ezk 20:9
Lew. 26:46Lw 27:34; Gus 6:1
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
  • 39
  • 40
  • 41
  • 42
  • 43
  • 44
  • 45
  • 46
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Abalewi 26:1-46

Abalewi

26 Ntimuze mwihingurire imana ata co zimaze+, kandi ntimuze mwishingire igishusho c’ikibazano+ canke inkingi nyeranda y’amabuye. Ntimuze mushire mu gihugu iwanyu igishusho gikozwe mu mabuye+ kugira mucunamire+. Ndi Yehova Imana yanyu. 2 Mukwiye kwubahiriza amasabato yanje kandi mukubaha* ahantu hanje heranda. Ndi Yehova.

3 Nimwabandanya kwubahiriza ivyagezwe vyanje n’amabwirizwa yanje kandi mukabikurikiza+, 4 nzobaha imvura ku gihe cayo+. Isi izokwimbuka+ kandi ibiti vyo mu mirima bizokwama ivyamwa. 5 Muzokubita ivyo mwimbuye gushika mu gihe co kwimbura inzabibu. Igihe co kwimbura inzabibu na co kizobandanya gushika mu gihe c’iteragira. Muzorya muhage kandi muzokwibera mu gihugu canyu mu mutekano+. 6 Nzobaha amahoro mu gihugu+, mwiryamire ata nkomanzi+. Nzokwirukana mu gihugu ibikoko vyo mw’ishamba bikaze kandi nta ntambara izoba mu gihugu canyu*. 7 Muzokinagiza abansi banyu, bagwe imbere yanyu mubicishije inkota. 8 Batanu muri mwebwe bazokinagiza 100, ijana na bo bakinagize 10.000. Abansi banyu bazogwa imbere yanyu mubicishije inkota+.

9 Nzobahezagira*, murondoke kandi mugwire+. Nzoshitsa isezerano nagiraniye namwe+. 10 Mu gihe muzoba mukiriko murarya ibihitira vyo mu mwaka uheze, muzobikura kugira bibise bishasha. 11 Nzoshira ihema ryanje ryeranda hagati yanyu+ kandi sinzobata. 12 Nzogendera hagati yanyu, mbe Imana yanyu+ namwe mube abantu banje+. 13 Ndi Yehova Imana yanyu, uwabakuye mu Misiri kugira ntimusubire kuba abashumba b’Abanyamisiri. Naravunaguye ingogo* yanyu, ntuma mugenda mwidegemvya*.

14 Ariko nimutanyumvira canke ngo mukurikize ayo mabwirizwa yose+, 15 nimwiyamiriza ivyagezwe vyanje+, mukanka urunuka ingingo nashinze ku buryo mudakurikiza amabwirizwa yanje yose, mukarenga kw’isezerano ryanje+, 16 ibi ni vyo nanje nzoca ndabagirira: nzotuma mwicwa n’amaganya, ndabateze igituntu n’inyonko ikaze, bitume amaso yanyu aregera, musigare ata tuguvu mufise. Muzoteragira ntimwimbure kuko bizoribwa n’abansi banyu+. 17 Nzobarwanya* kandi muzotsindwa n’abansi banyu+. Abansi banyu bazobahonyanga+ kandi muzohunga ata wuriko arabirukana+.

18 Ariko n’ivyo nibitatuma munyumvira, nzoca ngwiza igihano canyu incuro indwi kubera ibicumuro vyanyu. 19 Nzomenagura ubwishime bwanyu, ntume ijuru rimera nk’icuma+, isi na yo imere nk’umujumpu. 20 Muzoruhira ubusa kuko isi yanyu itazokwimbuka+, kandi n’ibiti vyo mu mirima yanyu ntibizokwama ivyamwa.

21 Ariko nimwaguma mundwanya mukanka kunyumviriza, nzoca ngwiza igihano canyu incuro indwi nisunze ibicumuro vyanyu. 22 Nzobarungikamwo ibikoko vyo mw’ishamba+ kandi bizorya abana banyu+ n’ibitungwa vyanyu, bigabanye igitigiri canyu ku buryo amabarabara yanyu asigara agaragara+.

23 Ariko n’ivyo nibitatuma mwemera ko ndabakosora+, mukaguma mundwanya, 24 nanje nzoca ndabarwanya kandi nzogwiza igihano canyu incuro indwi kubera ibicumuro vyanyu. 25 Nzobihora nkoresheje inkota kubera mwarenze kw’isezerano twagiraniye+. Nimwahungira mu bisagara vyanyu, nzobarungikamwo indwara+ kandi nzotuma abansi banyu babatsinda+. 26 Ninasambura ibigega* vyanyu vy’ibifungurwa*+, abagore cumi bazosigara botsa umukate mw’ifuru imwe gusa hanyuma bawubagaburire ku gipimo+. Muzorya ariko ntimuzohaga+.

27 N’ico gihe nyene nimutanyumviriza mukabandanya kundwanya, 28 nanje nzoca niva inyuma mu kubarwanya+, kandi nzogwiza igihano canyu incuro indwi kubera ibicumuro vyanyu. 29 Muzobwirizwa rero kurya inyama z’abahungu banyu n’iz’abakobwa banyu+. 30 Nzozimanganya ibibanza* musengeramwo+, nsiturire hasi ibicaniro muturirirako imibavu. Imivyimba yanyu nzoyigerekeranya n’imivyimba y’ibigirwamana vyanyu bisesemye*+ kandi nzobata nk’akanuka+. 31 Nzotikiza ibisagara vyanyu+, nsambure ibibanza vyeranda musengeramwo kandi sinzokwimotereza akamoto* k’ibimazi vyanyu. 32 Jewe ubwanje nzotuma igihugu canyu gicika umusaka+, kandi abansi banyu baba muri co bazokibona bumirwe+. 33 Nzobashwiragiza mu mahanga+ kandi nzosokora inkota yanje ndabakinagize+. Igihugu canyu kizocika umusaka+, ibisagara vyanyu na vyo bisigare ari ibihomvagurike.

34 Imisi yose igihugu kizomara ari umusaka, kizoba kiriko kirishura amasabato yaco, namwe muzoba muri mu gihugu c’abansi banyu. Ico gihe igihugu kizoruhuka* kuko gitegerezwa kwishura amasabato yaco+. 35 Imisi yose kizomara ari umusaka kizoba kiriko kiraruhuka, kuko kitaruhutse mu gihe c’amasabato yanyu, igihe mwakibamwo.

36 Abazoba bacitse kw’icumu+ na bo, nzotuma barengerwa n’ukwihebura iyo bazoba bari mu gihugu c’abansi. Urwamo rw’ibabi riguruwe n’umuyaga ruzotuma bahunga. Bazohunga nk’umuntu ariko ahunga inkota, bagwe ata wuriko arabirukako+. 37 Bazogenda baracanacanako nk’abariko bahunga inkota naho ata muntu azoba ariko arabirukana. Ntimuzotsinda abansi banyu+. 38 Muzopfira mu mahanga muzoba mwashwiragiyemwo+, kandi igihugu c’abansi banyu kizobamira. 39 Abazoba basigaye bazoborera mu bihugu vy’abansi babo+ kubera ikosa ryanyu. Emwe, bazobora kubera ikosa rya ba sekuru babo+. 40 Bazoheza rero bature ikosa ryabo+ hamwe n’ikosa be n’ubuhemu vya ba sekuru babo, maze bemere ko bahemutse mu kundwanya+, 41 bigatuma nanje ndabarwanya+ nkabajana mu gihugu c’abansi babo+.

Kumbure ico gihe imitima yabo ikomantaye* izoca bugufi+, bishure ikosa ryabo. 42 Nzokwibuka isezerano nagiraniye na Yakobo+ n’iryo nagiraniye na Izahaki+. Nzokwibuka kandi isezerano nagiraniye na Aburahamu+, nongere nibuke n’igihugu. 43 Igihe batazoba bakiba muri ico gihugu, kizokwishura amasabato yaco+ kandi kizoguma ari umusaka ata wukibamwo. Na bo bazoba bariko barishura ikosa ryabo, kuko bazoba biyamirije ingingo nashinze, bakanka urunuka ivyagezwe vyanje+. 44 Naho ari ukwo, igihe bazoba bari mu gihugu c’abansi babo, sinzobaheba burundu+ canke ngo ndabanke ku buryo ndabaherengeteza, kuko noba ndenze kw’isezerano nagiraniye+ na bo. Ndi Yehova Imana yabo. 45 Ku neza yabo, nzokwibuka isezerano nagiraniye na ba sekuruza babo+, abo nakuye mu Misiri amahanga arorera+, kugira nerekane ko ndi Imana yabo. Ndi Yehova.”»

46 Ayo ni yo mabwirizwa, ingingo be n’amategeko Yehova yahaye Abisirayeli ku musozi Sinayi biciye kuri Musa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika